Rwa rugomero ruteye icuka kibi rwubakwa ku ruzi Nil/Nile muri Ethiopia kuri uyu wa 20 ruhuhuma niho rwatanguye gutanga umuyagankuba inyuma y'imyaka cumi rumaze rwubakwa. Umushikiranganji wa mbere Abiy ...